Iciyumviro Gushira abana mu mashure azimvye : inkezi ikera ubwo bireha !
Amashure aratanguye. Nta nkeka ko abavyeyi bamwe bagerageje guhindurira amashure abana babo bakabashira muri mashasha. Muri abo,hari ababikoze bafise ivyo bisunze bifadika ariko hakaba n’ababona ko bakwiye kugira nk’incuti canke abagenzi, bagatubika uwa vubi kugira umwana yige heza. Uyu (…)
Site référencé:
Yaga Burundi